score
float32
1.04
1.25
Chichewa
stringlengths
10
500
Rundi
stringlengths
9
498
1.24509
Koma inu mwaisandutsa phanga la achifwamba."
Mugabo mwebwe mwayigize isenga ry'abambuzi."
1.245082
Sindikupatsani monga dziko lapansi liperekera.
Jeho sindayabagabira nk'uko abo isi bagaba.
1.245076
Ndiyeno dzifunseni kuti: 'Kodi sindinachulutse malamulowa?
Nuce wibaza uti: 'Yoba ari menshi cane?
1.245063
31 Thangwi ngakhala asacita ipi na muti uwisi, ndiye tani kuna muti wa kuuma?
Kuko nibaba bagiriye gutyo igiti kibisi, mbe icumye co bizokigendera gute?"
1.24505
Ndipo kunali kuti wopemphayo adafa, ndi kuti adatnegedwa iye ndi angelo kunka ku cifuwa ca Abrahamu; ndipo mwini cumayo adfanso, naikidwa m'manda.
Hanyuma, wa mworo arapfa, abamalayika bamujana mu maboko ya Ibrahimu; wa mutunzi na we arapfa, arahambwa.
1.245034
4 Ndipo adalilamulira ilo kuti lisayipse udzu wa padziko kapena chobiriwira chiri chonse, kapena mtengo uli wonse, koma anthu amene alibe chizindikiro cha Mulungu pamphumi pawo ndiwo.
4Zibwirwa kutagira ico zigira ivyatsi vyo kw'isi canke ikintu cose kibisi canke igiti cose, atari abantu batadomweko ikimenyetso c'Imana mu ruhanga rwabo.
1.245026
Ndipo ndinamva mau akuru ocokera ku mpando wacifumu, ndi kunena Taonani, cihema ca Mulungu ciri mwa anthu; ndipo adzakhalitsa nao, ndi iwo adzakhala anthu ace, ndi Mulungu yekha adzakhala nao, Mulungu wao;
Numva ijwi rerenga riva ku ntebe y'Imana, rivuga riti: " Ng'iyi ingoro y'Imana iri mu bantu; izobana na bo, babe igisata cayo, na Yo Imana ibe hamwe na bo.
1.245022
Antonio anati: "Ndinkayesetsa kupeza nthawi yambiri yocheza ndi Federico.
Antonio avuga ati: "Naramarana umwanya munini na Federico.
1.244985
Nayenso Linda ankafuna kuti tipite basi.
Linda na we nyene yaramushigikiye.
1.244965
Kapena munthu adzaperekenji chosintha ndi moyo wake?
Canke umuntu yotanga iki ngo acungure ubuzima bwiwe?"
1.24496
27Nʼchifukwa chake, tikutumiza Yudasi ndi Sila kuti adzachitire umboni ndi mawu a pakamwa pawo za zimene ife talemba.
None rero tubarungikiye Yuda na Silasi ngo babashikirize ivyo tubandikiye.
1.244957
Mukalowa m'banja, simukhalanso pansi pa ulamuliro wa makolo anu.
Igihe wubatse urwawe, ntuba ukiri musi y'ubukuru bw'abavyeyi bawe.
1.244944
Anthu akufa sangalankhule kapena kumva.
Abapfuye ntibashobora kuvuga canke kwumva.
1.244939
Yesu anayankha kuti, "Zoonadi, ndikukuwuza kuti lero lino udzakhala ndi Ine mʼparadaiso."
Yezu aramwishura ati: "Ndakubariye ivy'ukuri, uyu musi, uraba kumwe nanje mw'ijuru."
1.244907
33 Thangwi abwera Juwau Bhatixta akhapimana ca kudya na kukhonda kumwa vinyu.
Raba, Yohani Batista yaje ata mukate arya, ata mvinyu anywa; none muvuga muti: arimwo ishetani.
1.244887
7 "Kudzakhala njala."
7 "Hazoba amapfa."
1.244799
17 Kodi inunso mungayambe upainiya?
17 Woba ushobora gukora ubutsimvyi?
1.244773
Pakuti sitinabwere ndi kanthu m'dziko, ndiponso sitingatulukemo ndi kanthu.
Kuko ata co twazanye mw'isi kandi ata co dushobora kuyivanamwo.
1.244769
Kodi tidzayanjana ndi anthu amene amakonda Mulungu?
Twoba tuzokwifatanya n'abantu bakunda Imana?
1.244758
Satana amadziwa kuti "wangotsala ndi kanthawi kochepa."
Shetani arazi yuko afise "igihe gito" gusa.
1.244748
Pakuti Iye amene Mulungu anamtuma alankhula mau a Mulungu; pakuti sapatsa Mzimu ndi muyeso.
Uwo Imana yarungitse avuga amajambo y'Imana, kuko Imana imuha Mutima itiziganya.
1.244744
Mariya asankhula cinthu cadidi kakamwe, pontho nkhabe anafuna kumpokosera cinthu ceneci.'
Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza, kandi ntazowakwa."
1.244742
Koma panopa aliyense walandira Baibulo lake.
Mugabo ubu umwe wese arafise Bibiliya yiwe.
1.244739
Ndipo analibe mwana, popeza Elisabeti anali wouma, ndipo onse awiri anakalamba.
Mugabo, nta kana bari bafise, kuko Elizabeti yari ingumba, kandi bompi bari bageze mu zabukuru.
1.24473
Wamasalimo akutilimbikitsa kuti: "Inu okonda Yehova danani nacho choipa."
Umwanditsi wa Zaburi ahanura ati: "Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi."
1.244723
Ndiye funso lofunika ndi lakuti: Kodi nthawi zokwanira 7 zimenezi zinatha liti?
Ikibazo rero gihambaye gisigaye ni iki: None ivyo bihe indwi vyarangiye ryari?
1.244709
Indetu ndinena kwa inu zilizonse mukazimanga padziko lapansi zidzakhala zomangidwa kumwamba ndipo zili zonse mukazimasula pa dziko lapansi, zidzakhala zomasulidwa kumwamba.
Ni ivy'ukuri ndabibabwiye: ico muzoboha kw'isi cose kizoba kiboshwe no mw'ijuru, ico muzobohora kw'isi cose kizoba kibohowe no mw'ijuru.
1.24468
Mofanana ndi atumwi, timalalikila nyumba ndi nyumba.
Nka kumwe kw'intumwa, turamamaza inzu ku nzu.
1.244659
." . .Pakuti onse amene amatsogozedwa ndi mzimu wa Mulungu alidi ana a Mulungu.
Abarongowe na Mutima w'Imana nibo bana b'Imana.
1.244653
Kodi mbani 'anyakulungama' omwe an'dzalamusidwa?
"Abagororotsi" bazozuka ni bande?
1.244625
9Ndi lilime lomwelo timatamanda Ambuye ndi Atate athu, komanso ndi lilime lomwelo timalalatira anthu, amene anapangidwa mʼchifanizo cha Mulungu.
Ni rwo duhezagiza Umukama ari we Dawe kandi ni rwo tuvumisha abantu baramanywe agashusho k'Imana.
1.244609
Yesu anati kwa iye, Wamuona iye, ndiponso wakulankhula ndi iwe ndi Iyeyo.
Yezu amubwira ati: "Wamubonye, mbere ni uwo muriko murayaga."
1.244595
Kodi sikunali kofunikira kuti Khristu amve zowawa zonsezi ndi kulowa mu ulemerero wake?"
None, ntikwari ko ngo Kristu arinde ayo magorwa yose, kugira ngo ashikire ubuninahazwa bwiwe?"
1.244593
M'baleyo anaganizira za nkhaniyi ndi kuipempherera.
Uwo muvukanyi wacu yarazirikanye kuri ico kintu yongera aragishira mw'isengesho.
1.244588
17Anthu 72 aja anabwerera ndi chimwemwe ndipo anati, "Ambuye, ngakhale ziwanda zinatigonjera ife mʼdzina lanu."
Abigishwa mirongo indwi na babiri bagaruka banezerewe bati: "Mukama, n'amashetani twayirukanye kw'izina ryawe!"
1.244578
Mu 2008 anasamukira ku Ghana ndipo anatumikira kumeneko kwa zaka zoposa zitatu.
Mu 2008, baciye baja muri Gana, bakorerayo imyaka irenga itatu.
1.244559
Makolo anuwo 'anakuphunzitsani' za Mulungu woona komanso zimene mungachite kuti muzimusangalatsa.
Biciye ku bavyeyi bawe, 'warize' ivyerekeye Imana y'ukuri be n'ukuntu woyihimbara.
1.244555
8 Koma dziko limene tikukhalamoli ndi loipa kwambiri.
8 Ariko rero, tuba mw'isi iteye akaga.
1.244521
"Mwana Wanga Wokondedwa Ndi Wokhulupirika Mwa Ambuye"
"Umwana wanje w'umukundwa kandi w'umwizigirwa mu Mukama"
1.244472
Mibvunzo: Kodi Danyeri akhacita ciyani katatu pa nsiku?
Ibibazo: Ni igiki Daniyeli yama akora gatatu ku musi?
1.244453
Yesu ananena naye, Kodi sindinati kwa iwe, kuti, ngati ukhulupira, udzaona ulemerero wa Mulungu?
Yezu amwishura ati: " Sinakubwiye ko niwemera uza kubona ubuninahazwa bw'Imana ? "
1.244431
Imwe nkhabe kupidziwa kuti Ine ndisatongwa ndicite pinthu pya Babanga?"
Ntimwari muzi ko mbwirizwa kwama mu bikorwa vya Data? "
1.244422
Cotero imfa icita mwa ife, koma moyo mwa inu.
Ni uko rero, urupfu rurakora muri twebwe, ubuzima na bwo bugakora muri mwebwe.
1.2444
Ine Paulo, ndikukuuzani kuti mukadulidwa,+ Khristu sadzakhala waphindu kwa inu.
Umve, ni je Pawulo ndabibabwiye: nimwigenyeresha, Kristu nta co azobamarira.
1.244397
Iye anawuza gulu la anthu kuti likhale pansi.
Na we abwira rya shengero kwicara hasi.
1.244386
"Ameneyu adzakhala wamkulu nadzatchedwa Mwana wa Wam'mwambamwamba.
Arabandanya ati: 'Azoba mukuru, kandi azokwitwa Umwana w'Imana Isumba Vyose.
1.244382
28Ine ndidzamupatsanso nthanda, nyenyezi yowala mʼmamawa ija.
Kandi nzomuha ikinyenyeri co mu gaturuturu.
1.244377
Kodi inunso muli ndi maganizo ngati a Sylvia?
Woba wiyumva nk'uko kwa Sylviana?
1.244376
Chotero imfa ichita mwa ife, koma moyo mwa inu.
Ni uko rero, urupfu rurakora muri twebwe, ubuzima na bwo bugakora muri mwebwe.
1.244375
Iwo anamuyankha kuti: 'Iweyo ndi banja lako muyenera kukhulupirira Yesu.'
Bamwishuye bati: 'Wewe n'abo mu rugo rwawe nimwizere Yezu.'
1.244367
Ndipo kunali kuti wopemphayo adafa, ndi kuti adatnegedwa iye ndi angelo kunka ku cifuwa ca Abrahamu; ndipo mwini cumayo adfanso, naikidwa m'manda.
Hanyuma, wa mworo arapfa, abamarayika bamujana mu maboko ya Aburahamu; wa mutunzi na we arapfa, arahambwa.
1.244345
59 Ndisakupanga kuti iwe nkhabe buluka mwenemu mbudzati kumalisa kulipa mangawa ako onsene."
Ndakubwire, ntuzohava na gatoya, utishuye n'isenge ry'imperera " (Luka 12:58-59).
1.244329
3 Koma imeneyi sinali nthawi yoti anthuwo aulule machimo awo.
3 Ariko rero, ico nticari igihe co kwatura ibicumuro.
1.244318
N'zoona kuti sitingadziwe zomwe Ahabu anali kuganiza panthawiyo.
Mu vy'ukuri ntidushobora kumenya ivyo Ahabu yariko ariyumvira ico gihe.
1.244296
Komatu pajapo, posadziwa Mulungu inu, munacitira ukapolo iyo yosakhalamilungu m'cibadwidwe cao;
Ariko ico gihe kuko mutari muzi Imana mwari mujakariye imana zitarizo uhereye mu kameremere kazo.
1.244291
Pidafika iwo kuntunda, iwo aona kuti pa "moto wa makala pakhali nyama za m'madzi, mbaonambo nkate."
Bashitse imusozi, babona umuriro w'amakara n'ifi hejuru, n'umukate.
1.244268
Iwo anauzidwa kuti: "Mitundu yonse ya anthu padziko lapansi adzaona kuti mukutchedwa ndi dzina la Yehova, ndipo adzachita nanu mantha."
Bari babwiwe bati: "Ibisata vyose vy'abantu vyo kw'isi ntibizobura kubona ko witirirwa izina rya Yehova, kandi bizogutinya koko."
1.244254
15Chimodzimodzinso inuyo muli ndi ena amene amatsatira ziphunzitso za Anikolai.
Ni ko nawe, ufise abakomeza inyigisho z'Abanikolayiti nk'uko nyene.
1.244239
Ine na Janet tiri pa ibodzi mwa ntsuwa za ku Filipinas
Ndi kumwe na Janet kuri rimwe mu mazinga menshi yo muri Filipine
1.244232
Ndi nthawi iti makamaka imene timayenera kuvala bwino?
Ni ryari canecane dukwiye kwambara mu buryo bubereye?
1.24423
Ndipo munthu, mwa iye amene munali mzimu woipa, anawalumphira nawaposa, nawalaka onse awiriwo, kotero kuti anathawa m'nyumba amaliseche ndi olasidwa.
Umuntu arimwo impwemu ihumanye abagurukirako arabanesha, arababirika, bahunga muri iyo nzu bahenye, bakomeretse (Ivyakozwe n'Intumwa 19: 13-16).
1.244229
Ndiyeno Satana anauza Yesu kuti: 'Zonse ndikupatsani Inu, ngati mudzagwa pansi ndi kundilambira.'
Shetani yaciye asezeranira Yezu ati: "Ivyo vyose ndabiguha niwapfa kwikubita hasi ukansenga."
1.244205
Ndikuthokoza Yehova potipatsa chakudya chauzimu chimenechi pa nthawi yake." - M.T., United States.
Ndakengurukira Yehova kubera izo mfungurwa zo mu buryo bw'impwemu ziza ku gihe kibereye." - M.T., wo muri Leta Zunze Ubumwe.
1.244193
Koma ocuruka a iwo Mulungu sanakondwera nao; pakuti anamwazika m'cipululu.
Ariko rero benshi muri bo Imana ntiyabasanzemwo ibiyinezereza, kuko baguye mu gahinga, mu bugararwa.
1.244144
Odala ndi anthu onse amene amamuyembekezera." - Yes.
Hahiriwe abo bose baguma bamurindiriye." - Yes.
1.244138
Ndipo iye amene akuonjezerani inu Mzimuyo, nachita zimphamvu mwa inu, atero kodi ndi ntchito za lamulo, kapena ndi kumva kwa chikhulupiriro?
Uwubagabira Mutima agakorera ibitangaro muri mwebwe, mbega abitumwa n'ibikorwa vy'Ibwirizwa cabure n'ubuyoboke bw'ukwemera?
1.244132
Koma nditauka ndidzatsogolera inu ku Galileya.
Yamara maze kuzuka, nzobatanga i Bugalile. "
1.244122
14 Umboni woti limathandizidwa ndi angelo.
14 Barafashwa n'abamarayika.
1.244082
Kodi chinali cholinga cha Mulungu kuti anthufe tizifa?
Urupfu rwoba rwari mu nteguro y'Imana?
1.244078
N'chiyani chikusonyeza kuti Mariya ankamvetsera kwambiri anthu ena akamalankhula?
Ni igiki cerakana ko Mariya yumviriza yitonze?
1.244075
Koma wamkulu kwambiri pakati panu akhale mtumiki wanu.
Mugabo umukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu.
1.24407
Onse ankadziwa kuti ayenera kupemphera kwa ndani.
Bari bazi uwo amasengesho akwiye guturwa.
1.244064
1Kale lija Mulungu ankayankhula ndi makolo athu pa nthawi zosiyanasiyana ndiponso mwa njira zosiyanasiyana kudzera mwa aneneri.
1Kera mu bihe vyinshi no mu buryo bwinshi, Imana yaganiriye ba sogokuruza ibicishije mu kanwa k'abavugishwa nayo.
1.244041
N'chifukwa chake mwaona ndi kumva zozizwitsa'zi.'
Ni co gituma mwabonye kandi mwumvise iki gitangaro.'
1.244011
Tsono, tani mucimuwona Mwana wa Munthu ankukwira, aciyenda komwe akhali pakuyamba? . . .
Vyogenda gute none hamwe mwobona Umwana w'umuntu aduga iyo yahora ubwa mbere? . . .
1.243998
Pamenepo anati kwa iye, Ticite ciani, kuti ticite nchito za Mulungu?
Baramubwira rero bati: " Tuze tugire iki ngo turangure ibikorwa bishimisha Imana ?"
1.243974
Koma kodi Yohane ndi Yesu akuchitanji tsopano?
None ubu Yohani na Yezu bariko bakora iki?
1.243965
N'chifukwa chiyani tingati tsiku la chiweruzo idzakhala nthawi yosangalatsa?
Kubera iki umusi w'urubanza ari igihe giteye umunezero?
1.243962
Ndakhala zinthu zonse kwa anthu onse, kuti pali ponse ndikapulumutse ena.
Kuri bose nigize vyose, kugira ngo mbashe gukiza bamwebamwe uko nshobora kwose.
1.243955
Natenepa atoma kukhunganyika mabvero ace thangwi ya ntsiku inafuna kusiyana iye na mwanace wakufunika.
Yaciye rero ategura umuzirikanyi ku bijanye n'umusi yobwirijwe gutandukana n'umuhungu wiwe yikundira.
1.243953
Nʼchifukwa chake, uwadzudzule mwamphamvu, kuti akhale ndi chikhulupiriro choona, 14kuti asasamalenso nthano za Chiyuda, ndi malamulo a anthu amene akukana choonadi.
batita ku migani y ibinyoma y Abayuda n amategeko y abantu batera umugongo ukuri.
1.24395
Mwachitsanzo, magazini ya September 2006 inali ndi mutu wakuti "Kodi Mlengi Alipo?"
Nk'akarorero, mu 2006 inomero yo muri Nyakanga (mu gifaransa) yari ifise umutwe uvuga ngo "Hoba hariho Umuremyi?"
1.24393
Ntsiku ya kufa kwathu inakhala tani yadidi kupita ntsiku yakubalwa kwathu?
Umusi dupfiriyeko ushobora gute kuruta umusi twavukiyeko?
1.243905
Anawauza kuti: "Nonsenu ndinu abale."
Yababwiye ati: "Mwebwe mwese muri abavukana."
1.243892
Kodi Abele akulankhula bwanji kwa ife masiku ano?
Abeli agira ico atubwiye gute muri iki gihe?
1.243872
Anali atapeza choonadi m'Mawu a Mulungu ndipo ankafuna kudziwa zambiri.
Bari bamaze guhonja kw'Ijambo ry'Imana, bakaba rero bari bashashaye kumenya n'ibindi!
1.243868
Komatu chikhulupiriro chinathandiza Mose kuonanso zina.
Ariko rero, ukwizera kwa Musa kwatumye abona ibirenze ivyo.
1.24382
Zimenezi zinawakwiyitsa kwambiri Afarisiwo ndipo ananena kuti: "Iweyo ndiye wophunzira wa munthu amene uja, ifetu ndife ophunzira a Mose.
Abafarizayo bararaka, bakamwagiriza bati: "Ni wewe uri umwigishwa w'uyo muntu, mugabo twebwe turi abigishwa ba Musa.
1.243819
Koma kodi masiku ano anthu ake padzikoli ndi ndani?
Ariko none ni bande bagize igisata ciwe kw'isi muri iki gihe?
1.243798
7 Lingilira chimene ndinena; pakuti Ambuye adzakupatsa chidziwitso m'zinthu zonse.
7Umenye ivyo mvuze, kuko Umwami wacu azoguha ubwenge muri vyose.
1.24379
Mu 1975, ndinapita kangapo konse ku Rome kukawafotokozera maganizo anga.
Mu 1975, naragiye i Roma akatari gake gusigura ukuntu nabona ibintu.
1.243759
Ndikufuna ndidzaone mmene azidzachitira zinthu akadzakhala wangwiro."
Ndipfuza kumubona ata gasembwa afise."
1.243756
Komabe mwina mungafunse kuti: 'Kodi Mulungu amaona chiyani mwa ine?
Ariko rero, ushobora kwibaza uti: 'Ni igiki Imana iraba igihe inyitegereza?
1.243755
"Si bwino kuti munthu akhale yekha.
"Si vyiza ko uyu muntu aguma ari wenyene.
1.243734
Koma pakutero malembo adzakwaniridwa bwanji, pakuti kuyenera comweco?
None, ivyanditswe vyoheza bikaranguka bite ? "
1.243725
Bambowo anayankha kuti: "Kuyambira ali mwana, mwakuti nthawi zambiri wakhala ukum'gwetsera pamoto ndi m'madzi kuti umuwononge."
Yishura ati: "Kuva mu bwana; kandi incuro n'izindi iramuta mu muriro no mu mazi irondera kumwica."
1.243724
11 Sindikhalanso m'dziko lapansi, koma iwo ali m'dziko lapansi, ndipo Ine ndidza kwa Inu.
11 Sinkiri mw'isi, ariko bo bari mw'isi, nanje ndaje kuri wewe.
1.243723
"Usangalale ndi mkazi wapaunyamata wako . . .
"Unezeranwe n'umugore wo mu buto bwawe . . .
1.243713
Kodi mneneli wa ku Yuda amene sanam'tomole dzina, analephela kucita ciani?
Ni igiki umuhanuzi yava i Yuda yananiwe gukora, kandi vyavuyemwo iki?
1.243706
Iye akhali anju Gabhriyeli.
Yari umumarayika Gaburiyeli.