score
float32 1.04
1.25
⌀ | Chichewa
stringlengths 10
500
| Rundi
stringlengths 9
498
⌀ |
|---|---|---|
1.242474
|
Iye ankadziwa kuti Mulungu amasamalira anthu ake nthawi zonse.
|
Yari azi neza ko Imana yama yitwararika abasavyi bayo.
|
1.242473
|
Koma ngati siwoyenera, mtendere wanu ubwerere kwa inu.
|
Ni yaba itabereye, amahoro yanyu azobagarukako.
|
1.242469
|
N'chiyani chimasonyeza kuti ndife amtengo wapatali kuposa mbalame?
|
Ni igiki cerekana ko turi n'agaciro kuruta inyoni zo mu kirere?
|
1.242459
|
Ndiye iye anati kwa iwo: "Chifukwa chake patsani kwa Kaisara zake za Kaisara, ndi kwa Mulungu zake za Mulungu."
|
Araheza ababwira ati: "Nimuhe rero Sezari ivya Sezari, ivy'Imana na vyo nimubihe Imana."
|
1.24243
|
16:32 Ndipo iwo anayankhula Mawu a Ambuye kwa iye, limodzi ndi onse amene anali m'nyumba yake.
|
Bamubarira Ijambo ry'umwami Yesu,n'abo mu nzu yiwe bose...aca arabatizwa,no n'abiwe bose. →
|
1.242421
|
Ndipo adati kwa ine, chisomo changa chikukwanira: mphamvu yanga imakhala yokwanira pakufoka.
|
Ariko we yangize ati: " Inema yanje iragukwiye, kuko ubukomezi bwibonekeza mu magara make. "
|
1.242418
|
Koma Mzimu Woyeranso atichitira umboni; pakuti adatha kunena,
|
Kandi Mutima ni we avyemeza,
|
1.242417
|
3 Ndipo pamene adasala chakudya ndi kupemphera ndi kuyika manja pa iwo, adawatumiza amuke.
|
3Lacen ka doŋ gutyeko lega ki ri kec, ci guketo ciŋgi i komgi ka gucikogi.
|
1.242413
|
Ndipo ine, abale, m'mene ndinadza kwa inu, sindinadza ndi kuposa kwa mau, kapena kwa nzeru, polalikira kwa inu cinsinsi ca Mulungu.
|
Nanje mu kuza iwanyu, benewacu, sinaje kubamenyesha ingingo y'Imana mu mvugo zihinguye no mu bwenge buhejeje.
|
1.24239
|
Ineyo ndinkalimbikitsidwa kwambiri ndi lemba la Salimo 55:22.
|
Jewe nanje, narahumurijwe cane n'ibivugwa muri Zaburi 55:22.
|
1.242389
|
3Iwo adzachita zoterozo chifukwa sanadziwe Atate kapena Inenso.
|
3 Kandi ivyo bazobikora kuko batamenye Data, nanje ntibamenye.
|
1.242385
|
57 Ayuda anati kwa Iye, "Inu sumunafike nʼkomwe zaka makumi asanu, ndipo mukuti munamuona Abrahamu!"
|
Abayuda baramubwira bati"ko utaramara imyaka mirongo itanu Aburahamu wamubonye ryari?"
|
1.242382
|
Yesu anapeza bulu wamngʼono ndi kukwerapo, monga kunalembedwa kuti:
|
Yezu na we aronse umukurira w'indogobwe, arawicarako, nk'uko vyanditswe ngo:
|
1.242377
|
Kodi umadziyerekezera uli m'dziko latsopano?
|
Woba ushobora kwiha ishusho uri mw'isi nshasha?
|
1.242354
|
Amafuna kukhala yekha kapena ndi anthu ochepa.
|
Kwipfuza kuba ari wenyene canke kuba kumwe n'abantu bakeyi cane.
|
1.242352
|
Patatha masiku atatu, zimene Yosefe ananena zinachitikadi.
|
Inyuma y'imisi itatu, ivyo Yozefu yavuze vyarabaye.
|
1.242315
|
N'nali Kukonda Baseball Kuposa Cina Ciliconse
|
Nta candutira urukino rwa base-ball!
|
1.242308
|
Mphunzitsi wina anati: "Ana onse akanakhala ngati a Mboni, bwenzi ntchito yophunzitsa ikusangalatsa kwambiri."
|
Umwigisha umwe yavuze ati: "Iyaba abana bose bameze nk'abana banyu, kwigisha biba biryoshe cane."
|
1.242271
|
Kodi 'Mumasunga Nzeru Zopindulitsa'?
|
Woba 'uzigama ubukerebutsi ngirakamaro'?
|
1.242269
|
Yosefe anauza wophika mikateyo kuti: "Kumasulira kwake ndi uku: Nsengwa zitatuzo zikuimira masiku atatu.
|
Yozefu yavuze ati: "Ng'iyi insobanuro yavyo: Ivyo bisimbo bitatu ni imisi itatu.
|
1.242216
|
Wophunzira saposa mphunzitsi wake; koma yense, m'mene atakonzedwa mtima, adzafanana ndi mphunzitsi wake.
|
Nta mwigishwa aruta umwigisha; ariko umwigishwa nyawe wese azomera nk'umwigisha wiwe.
|
1.242208
|
Kodi mphatso yaikulu kwambiri imene Mulungu anatipatsa ndi iti?
|
Ingabire iruta izindi zose Imana yaduhaye ni iyihe?
|
1.242206
|
Mudzadziwa choonadi, ndipo choonadi chidzakumasulani."
|
Muzomenya ukuri, maze ukwo kuri kubagire abidegemvya" (Yoh.
|
1.242197
|
Ndipo Allah akuona (zonse) zimene mukuchita.
|
Imana irabibona ivyo mukora vyose.
|
1.242197
|
Pamene akufa auka, sadzakwatira kapena kukwatiwa; adzakhala ngati angelo kumwamba.
|
Kuko igihe bazuka mu bapfuye, abagabo ntibarongora canke abagore ngo bashingirwe, mugabo baba bameze nk'abamarayika bo mw'ijuru.
|
1.242181
|
Ndipo anthu onse anamuona iye, alikuyenda ndi kuyamika Mulungu;
|
N'ishengero ryose ry'abantu riramubona agenda ashimagiza Imana.
|
1.242126
|
Riana anati: "Ndinasankha bwino kwambiri."
|
Avuga ati: "Iyo ngingo nafashe yari nziza cane."
|
1.242112
|
Pakuti momwemo anachitidwa umboni.
|
Icatumye abakera bashingirwa intahe, n'uko bari bagufise.
|
1.242108
|
Koma Yesu anayankha iwo, nati, Yafika nthawi, kuti Mwana wa munthu alemekezedwe.
|
Yezu arabishura ati: Isaha yageze aho Umwana wumuntu aza kuninahazwa.
|
1.242105
|
Sindilola kuti mkazi aziphunzitsa kapena kukhala ndi ulamuliro pa mwamuna, koma akhale chete.
|
Sinkundira ko umugore yigisha canke ko aganza umugabo, ariko atekereze.
|
1.242105
|
Sindilola kuti mkazi aziphunzitsa kapena kukhala ndi ulamuliro pa mwamuna, koma akhale chete.
|
Sinkundira ko umugore yigisha canke ko aganza umugabo, ariko atekereze.
|
1.242081
|
Yesu anayankha kuti, "Mose anakulolezani kuti muzisudzula akazi anu chifukwa cha kuwuma mitima kwanu.
|
Arababwira ati: "Ubugaba bwanyu ni bwo bwatumye Musa kubarekura ngo mwirukane abagore banyu; ubwa mbere si ko vyari bimeze.
|
1.242066
|
Ana a akazi a mitundu ina amenewa sankawerenga kapena kulankhula Chiheberi.
|
Abana b'abo banyamahangakazi ntibashobora gusoma canke kuvuga igiheburayo.
|
1.242055
|
Yesu anayankha kuti, "Munthu iwe, ndani anandiyika Ine kukhala woweruza kapena wogawa chuma pakati panu?"
|
Yezu aramwishura ati: "Mbega, none ga wa mugabo, ni nde yangize umucamanza wanyu canke ngo mbagabanye ivyanyu?"
|
1.242042
|
ndipo mudzazindikira coonadi, ndipo coonadi cidzakumasulani.
|
Kandi muzomenya ukuri, kand'ukuri kuzobaha kwidegemvya " (Yohana 8:31-32).
|
1.242032
|
Mumadana ndi onse ochita zopweteka ena."
|
Uranka koko abaza barakora ibintu bibabaza bose."
|
1.242018
|
(Luka 24:33) Mwakukhonda penula, apostolo onsene atsumbikika thangwi ya pidacita iwo masiku anewa, natenepa iwo awangisana unango na ndzace.
|
(Luka 24:33) Nta gukeka yuko intumwa zose zicujije ukuntu zari zavyifashemwo muri iryo joro riteye agahinda, zikaba zaragerageje kuza zirahumurizanya.
|
1.242005
|
Ndipo anawonjezeranso kuti: "Ndimachita zinthu zomukondweretsa nthawi zonse."
|
Yongeyeko ati: "Nama nkora ibimuhimbara."
|
1.242004
|
Mlongoyu anati: "Sindinadziwe kumene ndipite, mmene ndipitire kapena zimene ndikachite.
|
Odessa yavuze ati: "Sinari nzi aho nokwamamaje, ingene nokwamamaje canke ico nokwamamaje.
|
1.241996
|
'Anthu anga akusankhulwa anadzatsandzaya na mabasa a manja awo.
|
Bibiliya igira iti: "Abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c'amaboko yabo.
|
1.241983
|
N'cifukwa ciani nthawi zonse m'dziko la Satanali mudzakhala anthu osauka?
|
Kubera iki mw'isi ya none hazokwama hariho abakene?
|
1.24195
|
"Ana Anga Akuyendabe M'choonadi"
|
"Abana banje babandanya kugendera mu kuri"
|
1.241935
|
Mfundo zake zonse n'zochokera m'Baibulo.
|
Abaririmwo bisunga Bibiliya mu vyo bakora vyose.
|
1.241924
|
Ndipo chinachita zizindikiro zazikulu zodabwitsa, mpaka kumagwetsa moto pa dziko lapansi kuchokera kumwamba anthu akuona.
|
Umurongo wavuze ngo: kandi ikora ibimenyetso bikomeye, imanura umuriro uva mw'ijuru ugwa mw'isi mu maso y'abantu.
|
1.241906
|
Yezu alonga: "Mbwenye ndingamanikwa pamuti, ndinadzabweresa kuna ine anthu a mitundu yonsene."
|
nanje ninamara kumanikwa, abantu bose nzobiyegereza."
|
1.241813
|
Wokwerapo wake dzina lake linali Wokhulupirika ndi Woona."
|
Uhetswe na yo yitwa Uwo kwizerwa, kandi Uw'ukuri.
|
1.241804
|
10 Sadzabwereranso kunyumba yake,
|
10 Ntazoba akigaruka ku nzu yiwe,
|
1.241803
|
20 Pambuyo pace Jezu adaenda kunyumba, ndipo wanthu azinji adagumana pomwe, na tenepo Iye na wakupfundzira wace alibe kudzaone nthawe ya kuti adye.
|
20Hanyuma Yesu aja mu nzu, ishengero ryongera gukoranira kuri we, bituma babura ingene botamira n'agatsima.
|
1.241799
|
Pamene ndinali ndi zaka 12, nkhondo yapachiweniweni inayambika ku Spain.
|
Igihe nari mfise imyaka 12, muri Espanye haradutse intambara y'abanyagihugu.
|
1.241797
|
Koma cifukwa ndalankhula izi ndi inu cisoni cadzala mumtima mwanu.
|
Yamara amaganya abuzuye umutima, kuko ndababwiye ivyo.
|
1.241768
|
Amathira vinyo watsopano mʼmatumba atsopanonso ndipo zonse zimasungika.
|
Ariko umutobe w'umuvinyu bawutara mu mikuza mishasha, vyompi bikarama.
|
1.241732
|
18 Makhalidwe abwino onse amene takambiranawa amagwirizana kwambiri ndi chikondi.
|
18 Kamere zose twarimbuye, zirafitaniye isano n'urukundo.
|
1.241718
|
Citani pyonsene pinakwanisa imwe toera Mafala a Mulungu akhuye ntima wa mwananu.
|
Nimukore ivyo mushoboye vyose kugira ngo Ijambo ry'Imana rishikire umutima w'umwana wanyu.
|
1.241703
|
5 Zimene ankadziwa.
|
5 Ivyo yari azi.
|
1.241701
|
Koma m'zonsezi, Ife tilakatu mwa Iye amene anatikonda.
|
Ariko muri ivyo vyose, turatsinda kubera uwadukunze.
|
1.241699
|
Atumwi ankakhulupirira ndi mtima wonse kuti akufa adzauka.
|
Intumwa zaremera zidakekeranya ko hariho izuka ry'abapfuye.
|
1.241697
|
Ndipo tsopano Ambuye, penyani mawu awo akuopsa, ndipo patsani kwa anapolo anu alakhule mau anu ndikulimbika mtima konse.
|
None rero Mukama, itegereze ingene baduhigira, maze abawe bashobore kuvuga ijambo ryawe, batagira amakenga n'intete.
|
1.241696
|
Jon: Lembali lanenanso za ufumu.
|
Yohani: Nabonye havuga ibijanye n'ubwami.
|
1.241694
|
Muziyerekezera muli m'Paradaiso (Onani ndime 16)
|
Woba ushobora kwiha ishusho uri mw'Iparadizo? (Raba ingingo ya 16)
|
1.241693
|
Koma pokhala nao mzimu womwewo wa chikhulupiriro, monga mwa cholembedwacho, ndinakhulupirira, chifukwa chake ndinalankhula; ifenso tikhulupirira, chifukwa chake tilankhula;
|
Mu Bitabu Vyeranda handitswe ngo: "Naremeye, ni co gituma navuze."
|
1.241688
|
Kaya mumakonda kupemphera kapena ayi, mwina mumadzifunsa kuti: 'Kodi kupemphera n'kothandizadi?
|
Waba ufise akamenyero ko gusenga canke utagafise, ushobora kwibaza uti: 'Gusenga hari ico bimaze?
|
1.24166
|
Kodi mtima wanu un'dzakulimbisani kucita ciyani?
|
None umutima wawe wokubwira gukora iki?
|
1.241634
|
Ndingakonde kukusonyeza dzinali m'Baibulo."
|
Nohimbarwa no kurikwereka muri Bibiliya."
|
1.241621
|
Ndichita zonse chifukwa cha Uthenga Wabwino, kuti ndikakhale nawo madalitso ake.
|
Ivyo vyose ndabikora ku bw'Inkuru nziza, kugira ngo ntorane mu vyiza vyayo.
|
1.241612
|
35 Atate akonda Mwana,ndipo wapatsa zinthu zonse m'dzanja lake.
|
35 Se arakunda Umwana, kandi yamuhaye vyose, abishira mu kuboko kwiwe.
|
1.241611
|
40 Chifukwa chake pamene Asamariya anadza kwa Iye, adamfunsa akhale nawo; ndipo adakhala komweko masiku awiri.
|
Aho Abanyasamariya bamariye kwiyizira iruhande yiwe, baramwinginga ngo agume iwabo; araheza ahamara imisi ibiri.
|
1.241606
|
Iye ataukitsidwa kwa akufa, ophunzira ake anakumbukira zimene Iye ananena ndipo anakhulupirira Malemba ndi mawu amene Yesu anayankhula.
|
Aho rero amariye kuzuka ava mu bapfuye, abigishwa biwe bibuka ko yari yarabivuze, barahava bemera Ivyanditse, bemera n'ijambo Yezu yari yaravuze.
|
1.241554
|
Ndipo Iye wakukhala pa mpando wachifumu anati, Taonani, ndichita zonse zikhale zatsopano.
|
Hanyuma Uwuvyagiye ku ntebe aravuga ati: "Raba vyose ndabigize bishasha."
|
1.241545
|
Tsopano ndi ndani mwa awiriwa adzamukonde koposa?"
|
None, muri bompi, uwuzomukunda kuruta uwundi ni nde?"
|
1.241524
|
Popeza kuti ali kudzanja langa lamanja, sindidzagwedezeka."
|
Kubera ko ari iburyo bwanje, sinzonyiganyizwa."
|
1.241495
|
15 Tizikhululuka ndi mtima wonse.
|
15 Nubabarire abandi ata gahigihigi.
|
1.241494
|
Ulamuliro wake ndiye ulamuliro wamuyaya woti sudzatha, ndi ufumu wake sudzaonongeka. ."
|
Ingoma yiwe ni ingoma izokwamaho, ubwami bwiwe ni ubwami butazotituka.
|
1.24147
|
Iye anaitana mmodzi mwa akapolo ndipo anapempha chimene chikuchitika.
|
Ahamagara rero umusuku amubaza ivyo ari vyo.
|
1.241469
|
16 Ganizirani zimene inuyo mumachita mukakumana ndi mavuto.
|
16 Iyumvire ukuntu uvyifatamwo mu bihe bitoroshe.
|
1.241468
|
Chimene iwo anapempha ndi chakuti ife tipitirize kukumbukira osauka, chinthu chimene ine ndinali okonzeka kuchichita.
|
Ariko, ico bagomvye gusa n'uko twokwibuka aboro; kandi ari co nyene nari nsanzwe mfitiye umwete ngo ndakirangure.
|
1.241458
|
Iye anayankha kuti, "Ine ndinatumidwa kwa nkhosa zotayika za Israeli zokha."
|
Amwishura ati: "Jewe nahunze, mva mu nsago z'Abanyisrayeli."
|
1.241406
|
Kodi pemphero ndi lofunika bwanji kuti ndipulumuke?'
|
Vyongeye, isengesho rihambaye ku rugero rungana iki ku bijanye n'ubukiriro bwanje?'
|
1.241386
|
Mwachitsanzo, taganizirani zimene mwachita pa miyezi 6 yapitayi.
|
Nk'akarorero, rimbura ivyabaye muri aya mezi atandatu aheze.
|
1.241379
|
Tiyago adanemba kuti: 'Kodi Abalahamu, baba wathu, alibe kuyesedwa wakulungama mwa mabasa yace, pomwe adapereka mwana wace Izaki pa mphatso?
|
Mbega, sokuru wacu Aburahamu ntiyagizwe intungane n'ibikorwa, hamwe yari yatanze ku ruhimbi umwana wiwe Izahaki?
|
1.241329
|
Nthawi ina Yesu ananena kuti: "Ndani pakati panu amene mwana wake atamupempha mkate, iye angamupatse mwala?
|
Yezu yavuze ati: "Ni nde muri mwebwe umwana wiwe yosaba umukate . . . mbega azomuha ibuye?
|
1.241315
|
Popeza Mulungu ndi wamuyaya, zaka 1,000 zili ngati tsiku limodzi kwa iye.
|
Kubera ko Imana yamaho ibihe bidahera, kuri yo imyaka igihumbi ni nk'umusi umwe.
|
1.24128
|
Tiyeni tisankhe m'tsogoleri watsopano m'malo mwa Mose, ndi kubwerera ku Igupto!'
|
Ni muze twitorere iyindi ndongozi atari Musa, twisubirire i Misiri!'
|
1.241264
|
8 Muzidzifunsa mafunso.
|
8 Niwibaze ibibazo.
|
1.241258
|
Odala ali akuchita mtendere; chifukwa adzatchedwa ana a Mulungu.
|
Hahiriwe abaremesha amahoro: kuko bazokwitwa abana b'Imana !
|
1.241245
|
Iye adati: "Mwakusaya kucedwa ndidazindikira kuti wanthu azinji akhalibe nane basa.
|
Avuga ati: "Sinatevye kubona ko abantu benshi batanyitaho.
|
1.241158
|
Iwo ankayenera 'kupitiriza kubala zipatso.'
|
Bategerezwa 'kuguma bama ivyamwa.'
|
1.24114
|
Na tenepo Iye athimiza na kulonga kuti: "Ndimo mwene, ndimo mwene Ine ndinakupangani tenepa: Imwe munati muone thambo mbifunguka, anju za Mulungu mbizikwira, mbizichita na pana Ine, Mwana wa Munthu."
|
Arongera amubwira ati: "Ni ukuri, ni ukuri ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe n'abamarayika b'Imana burira bongera bamanuka aho Umwana w'umuntu ari."
|
1.241125
|
Kodi akanatha bwanji kudziwa Yehova n'kumamutumikira m'malo molambira milungu yonyenga ya amayi awo?
|
Bari gushobora gute kumenya Yehova no guhitamwo kumukorera aho gukorera imana z'ikinyoma ba nyina basenga?
|
1.241119
|
60 Ndipo amake adayankha, kuti, Ayi; koma adzatchedwa Yohane.
|
Nyina yamara arababwira ati: "Haba namba: azokwitwa Yohani."
|
1.241088
|
Kodi masiku ano odzozedwa asonyeza bwanji kuti ndi 'anthu odziwika ndi dzina la Yehova'?
|
Abakirisu b'ukuri bokwerekanye gute ko ari "igisata ku bw'izina [rya Yehova]"?
|
1.241088
|
50 Kapena simuganiza kuti mkokoma kwa inu kuti munthu m'modzi afere anthu, ndi kuti mtundu wonse usawonongeke.
|
Ntimubona ko vyoba vyo umuntu umwe apfiriye igihugu, hako igihugu cose gitikira?"
|
1.241069
|
"Muzilankhulana zoona zokhazokha." - ZEK.
|
"Muvugane ukuri." - ZEK.
|
1.241037
|
Indetu, indetu, ndinena kwa inu, Zomwe tikudziwa timalankhula ndi zomwe tawona, tichita umboni, koma anthu inu simulandira umboni womwe timapereka.
|
Ni ukuri ndakubwire koko: twebwe tuvuga ico tuzi, kandi dushingira intahe ico twabonye; ariko ntimwemera igishingantahe cacu.
|
1.241034
|
23 Tsopano ndikulakalaka mawu anga akanalembedwa!
|
23 Ese iyaba amajambo yanje yokwanditswe!
|
1.240963
|
Ndiyeno ndinabwerera ku Japan kuti ndikakonzekere zosamuka.
|
Narasubiye mu Buyapani kugira ngo nitegure.
|
1.240959
|
Dzipulumutse wekha ndi ife! "
|
Niwikize wewe nyene, udukize natwe ! "
|
1.240923
|
Zomwe anthu adachitazi adayamba kuseka, chifukwa adadziwa kuti mtsikanayo wamwalira.
|
Baramutwenga kuko bazi ko yapfuye.
|
1.240911
|
Cifukwa cace pitani inu ku mphambano za njira, ndipo amene ali yense mukampeze, itanani kuukwatiku.
|
Gende rero mu mahwane y'inzira, mubwire abo mubona bose baze mu bugeni."
|
1.240909
|
Iye adzatiphunzitsa njira zake,
|
Imana izotwigisha amayira yayo,
|
1.240908
|
"Kodi Umandikonda Ine Kuposa Izi?"
|
"Urankunda kurusha aya?"
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.